Igikorane co musi w’Imana na Pst. Julienne KABANDA
Itanguriro 26 : 1-5; 12-15Murabizi :”Ukwatura(confession)idafise ukwemezwa(conviction), ni umukino.”Mu mwaka wo kwagukirwa, turarenza incuro ijana aho twahora ariko ugomba kuba uri convaincuIyo ar’umwaka wo kwagukirwa, dufise aho tubihera. Iyo bataratangura kukugirira ishari uba utaragukirwa. Hari ibintu twita ko biri négatif ariko biba bije kubw’impamvu kanaka: ntibiterwa n’aho uva biterwa n’aho Imana iguhamagarira gushika.Yesaya 43:18Yesaya yavuze […]
Igikorane co musi w’Imana na Pst. Julienne KABANDA Read More »