Kaze mw'
Ku mariba atemba
from god
IBITWEREKEYE
Iyerekwa ryacu
Abantu bahiriwe bahinduwe n’ubutumwa bwiza bw’ubwami bw’Imana
Zaburi 1: 1-3
Ihangiro ryacu
Gushikira abantu batari bwashikirirwe canke ngo bakorweko n’ubutumwa bwiza bw’ubwami bw’Imana no gutegura ikibanza kibereye co gukuriramwo no gutunganywa kw’abera kugira bahinduke abigishwa babushitse ba Yesu Kristo
Mariko 16: 15-18
Ni mwiyunge mu bikorane bitandukanye
Igikorane co ku w'Imana
Buri wa Mungu kuva isaha zitatu z’igitondo gushika isaha zitandatu
Igikorane co guhimbaza no gutazira Imana “Igicaniro”
Kuwa gatanu kuva isaha cumi n’imwe n’igice z’umugoroba gushika isaha imwe n’igice z’ijoro
Amakoraniro yo mu mazu "OIKOS"
Kuwa gatatu kuva isaha cumi na zibiri z’umugoroba gushika isaha imwe n’igice y’ijoro
Ishure ryo gukorera Imana no gutwara ubutumwa “Isôko”
Kuwa mbere kuva isaha cumi n’imwe n’igice z’umugoroba gushika isaha imwe n’igice z’ijoro
Amasengesho yo mu gatondo
Kuva kuwa mbere gushika kuwa gatanu, kuva isaha zitandatu gushika isaha indwi zagatondo