Oasis Christian Center Burundi

ubuntuagencyofficial

Igikorane co musi w’Imana na Pst. Julienne KABANDA

Itanguriro 26 : 1-5; 12-15Murabizi :”Ukwatura(confession)idafise ukwemezwa(conviction), ni umukino.”Mu mwaka wo kwagukirwa, turarenza incuro ijana aho twahora ariko ugomba kuba uri convaincuIyo ar’umwaka wo kwagukirwa, dufise aho tubihera. Iyo bataratangura kukugirira ishari uba utaragukirwa. Hari ibintu twita ko biri négatif ariko biba bije kubw’impamvu kanaka: ntibiterwa n’aho uva biterwa n’aho Imana iguhamagarira gushika.Yesaya 43:18Yesaya yavuze […]

Igikorane co musi w’Imana na Pst. Julienne KABANDA Read More »

Igikorane co guhimbaza isabukuru y’imwaka 12 ishengero Oasis Christian center rimaze.

Igikorane co guhimbaza isabukuru y’imwaka 12 ishengero Oasis Christian center rimaze.Igikorane co guhimbaza isabukuru cari citabwe n’abakozi b’Imana bavuye mu mashengero atandukanye bo na bamwe mu bari mu nzego z’igihugu. Umwungere Nahimana Dieudonné yashinze intahe y’ingene yaronse iyerekwa yongera arerekana ivyo ishengero ryaciyemwo kuva ritangura gushika aho rigeze ubu.Abungere b’ayandi mashengero bari ng’aho basengeye abo

Igikorane co guhimbaza isabukuru y’imwaka 12 ishengero Oasis Christian center rimaze. Read More »